umuhungu wa Perezida Yoweri Museveni wa Uganda yasubiye kwugurura konte yiwe yo kuri X (yahoze yitwa Twitter), inyuma hafi y'indwi imwe gusa asezeye kuri uru rubuga hwaniro avuga ko yari agiye ...
Muhoozi Kainerugaba, umuhungu wa Perezida Yoweri Museveni wa Uganda, atangaza ko ahevye gukoresha urubuga rwa X (rwahoze rwitwa Twitter) inyuma y'amajambo yandika agateza induru. Uno mu jenerali ...