Lt Gen Muhoozi Kainerugaba, umuhungu wa Perezida Yoweri Museveni, yatangaje ubutumwa kuri Twitter amenyesha ko nyuma y'imyaka 28 ari umusirikare ubu akivuyemo. Kainerugaba, mu gihe cya vuba ...
Abantu barenga 4000 nibo bitabiriye ibirori vyo kurahira kwa Perezida Yoweri Museveni vyabereye ku mugwa mukuru wa Uganda, Kampala. Muri bo harimwo n'abategetsi b'ibihugu vya Afrika batari bake ...