Urubanza rwa Jenerari Alain Guillaume Bunyoni yahora ari umushikiranganji wa mbere w’Uburundi n’abandi bantu batandatu bagirizwa hamwe rwabandanije ku munsi ugira kabiri kuva rutanguye ...
Umuryango wa General Alain Guillaume Bunyoni aherutse gufatwa n’inzego z’igiporisi ubu uridegemvya kandi wasubijwe uburyo bwo gutumatumanako inyuma y’imisi uvyatswe kuva urugo rwabo rusatswe ...